Skip survey header

25-26 Itohoza ku muvyeyi mu bijanye n'inyigisho zihariye.

Urahawe ikaze kw'Itohoza ku muvyeyi mu bijanye n'inyigisho zihariye.

Ibiro bijejwe kugenzura amashure y'igihugu (PSM) mu gisata c'amashure mato n'ayisumbuye (DESE)biriko birashaka kumenya ico wiyumvira ku ndinganizo y'inyigisho zihariye ku mwana wawe. Intererano yawe izofasha PSM kwegeranya amakuru y'uko inyigisho zihariye ziriko zitera intambwe hamwe n'inzira bifata ku karere k'ishure. 
 
Iri tohoza rito rishobora kugutwara iminota 5-8 kugira uryuzuze. Ibivuye kmuri iri tohoza.
bishikirizwa akarere k'ishure hadashizwemwo umwidondoro w'abishuye. Tubaye turagushimira kuba wemeye kurigiramwo uruhara.
3. Ni uruhe rugero rw'ishure ry'umwana wawe?
4. Umwana wawe afise ikihe gitsina?
5. Usabwe kwerekana akabira/ubwoko bw'umwana wawe.
6. Akarere k'ishure ry'umwana wanje kampimiriza kugira uruhara muvyo umwana wanje abamwo kw'ishure. Ushobora gushiramwo uko ubibona. *This question is required.
7. Abakozi bo kw'ishure ry'umwana wanje baratahura kandi baritaho imico n'inkomoko y'umuryango. Ushobora gushiramwo iciyumviro cawe n'intererano.
8. Ndazi uwo nitura mu gihe nkeneye kubaaza ibijanye na seruvise n'intambwe ku nyigisho zihariye ku mwana wanje.
9. Dokima zirahindurwa ururimi zigashirwa mu rurimi nipfuza, mu gihe bikoreka. Ushobora gushiramwo iciyumviro.
10.

Muri Massachusetts, akarere kose k'amashure y'igihugu canke ayagengwa na charter asabwa n'amategeko y'igihugu gufita Umugwi w'ukuganira n'abavyeyi ku nyigisho zihariye (SEPAC). Intumbero ya SEPAC ni gufasha abavyeyi b'abana bafise ubumuga kuronka akaryo ko kuvugana kuvyo bipfuza gusumvya ibindi hamwe no guha impanuro komite y'ishure mu bijnye n'inyigisho hamwe n'umutekano w'abanyeshure bagendana ubumuga.

Naratumiwe rimwe canke karenga mu nama y'umugwi w'ukuganira n'abavyeyi ku nyigisho zihariye (SEPAC) mu mwaka uheze. Ushobora gushirako iciyumviro cawe.

11. Nari nararonse akaryo ko kuvugana n'ishure kuvyerekeye (hitamwo ivyo vyose bijanye)
12. Imbere y'uko umwana ahabwa IEP (Inyigisho ku muntu umwumwe), ishure ryaratanze ubufasha bwiyongereye ku mwana wanje. Ushobora kwongeramwo ivyiyumviro.
Ishure ryandonkeje amakuru ajanye n'uko umwana wanje atera intambwe nk'inyungu y'ubu bufasha bwongeweko. Ushobora kwongeramwo ivyiyumviro.
13. Narongewemwo nk'umwe mu bagize umugwi wa IEP ku mwana wanje. Ushobora kwongeramwo ivyiyumviro. *This question is required.
14. Mu manama ya IEP, Ndarona umwanya ukwiye wo gushikiriza uko mbona ibintu hamwe no kubaza ibibazo. Ushobora kwongeramwo ivyiyumviro.
15. The school explains their reports and my child's needs in a way that is clear. You may include comments.
16. Ishure ryaravuganye kuri seruvise zijanye n'inyigisho zihariye bashobora gutanga ku mwana wanje mu kirasi cabo imbere y'ukwiga kuri seruvise z'inyuma y'ishure. Ushobora kwongeramwo ivyiyumviro.
17. Umugwi wa IEP warakoranye nanje hamwe n'umwana wanje mu gutegura kazoza k'inyuma y'amashure yisumbuye (nk'akarorero, ukwiga n'ukwimenyereza ibikorwa, akazi, ukubaho mu bwigenge). Ushobora kwongeramwo ivyiyumviro.
18. Ishure riraha agaciro ivyiyumviro n'ibibazo nashikirije nk'umwe mubagize umugwi wa IEP hamwe/ canke umuvyeyi. Ushobora kwongeramwo ivyiyumviro. *This question is required.
19. Ururimi rwanje rukuru ni Icongereza.
Ishure rirashiraho umusiguzi w'indimi avuga neza ururimi rwanje rwambere kandi amenyereye ibijanye n'intambwe z'inyigisho zihariye amaporogarama n'amaseruvise mu nama za IEP. Ushobora kwongeramwo ivyiyumviro.
20. Ni izihe seruvise hamwe/ canke ikibanza cashizwe aho ku rutonde vyagenewe IEP y'umwana wawe? Hitamwo ivyo vyose bikoreshwa. *This question is required.
21. Umwana wanje ariko agaragaza ugutera intambwe zigana amahangiro ya IEP. Ushobora kwongeramwo ivyiyumviro. *This question is required.
22. Amaseruvise yose ya IEP y'umwana wanje atangwa mu buryo buhwanye n'ivya nkenerwa mu nyigisho zihariye. *This question is required.
23. Umwana wanje arashoboye kwitabira indinganizo iyariyo yose itangwa n'ishure mu gihe bahisemwo (nk'akarorero, ukwinonora, amaklebe, amatora, ivyigwa, ibikorwa vyo hanze y'inyigisho).Ushobora kwongeramwo ivyiyumviro. *This question is required.
Kirundi