Skip survey header
Kirundi

Ifishi ya raporo (inyishu y’urukurikirane) yerekana inyishu z’igipimo c’umuntu bwite c’ikiza ca korona virusi (COVID-19) ya Vermont.

Koresha iyi fishi mugutanga inyishu y’urukurikirane ( raporo ) mugufata igipimo c’ikiza ca korona virusi ( COVID-19 ) co muhira, kizwi kandi nk’ico kwipima. Inyishu yawe ni ibanga, kandi gutanga urukurikirane (raporo) rw’inyishu yawe bifasha igisata c’amagara y’abantu kumenya abantu b’i Vermont bariko barapimwa ikiza ca korona virusi (COVID-19) kandi n’uko umugera uriko ukwiragira mu kibano cacu. Nimba inyishu zawe z’igipimo zerekana ko urwaye, igisata c’amagara y’abantu kizokoresha amakuru utanze mukumenya aho uri. Igisata c’amagara y’abantu ntkizokurondera nimba inyishu zawe z’igipimo
Amazina y’umuntu yapimwe *This question is required.
Usabwe gukoresha Ukwezi/Umunsi/Umwaka. This question requires a valid date format of MM/DD/YYYY.
calendar
Aho uwapimwe aba na numero ya terefone
Usabwe guushiramwo izina ry’igipimo nk’uko kiboneka kugasandugu.
This question requires a valid date format of MM/DD/YYYY.
calendar
Inyishu y’igipimo *This question is required.
Inyishu zawe zerekana ko urwaye. Ja kuri www.healthvermont.gov/covid19positive  kugira umenye amakuru ku ntambwe zo gufata mukwikingira no gukingira abandi.
Inyishu zawe zerekana ko utarwaye. Nimba uriko ubona ibimenyetso kandi igipimo wakoze cari ica antijene, birakenewe ko wemeza iyi nyishu n’igipimo ca PCR. Usabwe
Ja kuri https://www.healthvermont.gov/testing kugira umenye aho batangira igipimo c’ikiza ca korona virusi (COVID-19) ku buntu.
Inyishu z’igipimo cawe ntizicamwo canke ntiziboneka neza. Birakenewe ko usubira kwipimisha.